Amajambo y'umunsi

impene

Impene ni igikoko c'igitungano, akenshi cororwa n'abantu kiri mumuryango w'ibikoko vyuza.